Key words Flashcards
(77 cards)
1
Q
Alors
A
Rero
2
Q
Vraiment (vérité)
A
Nukuri
3
Q
Je pense
A
Ndibaza
4
Q
Peut-être
A
Vyoshoboka
5
Q
Pas encore
A
Ntiharagera
6
Q
Cheers
A
Kumagara yacu
7
Q
Félicitations
A
Ndagukeje
8
Q
couci-couça
A
si neza si nabi
9
Q
n’est-ce pas?
A
sivyo?
10
Q
pas mal
A
si nabi
11
Q
super bien!
A
Ni vyiza cane!
12
Q
Comme ci, comme ça
A
Vya nabi nabi
13
Q
D’accord
A
Turumvikanye
14
Q
Bien sûr
A
Ego koko
15
Q
Oui et non
A
Ego kandi oya
16
Q
Ah oui?
A
Vy’ukuri?
17
Q
Ah bon?
A
Uko ni ko biri ?
18
Q
Oui, bien sûr
A
Egome, koko
19
Q
Je pense que oui
A
Ndavyibaza
20
Q
Je pense que non
A
Sindavyibaza
21
Q
Je regrette, je suis désolée
A
Birambabaje
22
Q
Parce que
A
Kuko/ kubera ko
23
Q
À cause de
A
Kubera, bivuye ku
24
Q
Je ne sais pas
A
Sinzi, ntavyo nzi
25
Voici
Ngiki
26
Voilà
Ngikirya
27
C'est moi
Ni jewe
28
C'est à moi
Ni iciwanje
29
Mais
Ariko/ Mugabo
30
Maintenant
Ubu
31
Tout de suite
Ubunyene
32
Beaucoup de
Ibintu vyinshi
33
Toi même
Wewe nyene
34
Moi même
Jewe nyene
35
Ce n'est rien
Ntaco kimaze
36
Ce n'est pas ça
Si ivyo
37
C'est ça
Ni ivyo
38
C'est vrai
N'ukuri
39
C'est pas vrai
Sivyo, si ukuri
40
Pas vraiment
Si vy'ukuri
41
C'est faux
Si vyo
42
C'est juste
Ni ukuri, ni vyo
43
Ce n'est pas possible
Ntibishoboka
44
C'est possible
Birashoboka
45
Viens ici
Ngo hano
46
Un petit peu
Gato, buke
47
Un peu d'eau
Amazi make
48
Je pars
Ndagiye
49
Je m'en vais
Ndigiriye
50
C'est tout
Nta kindi
51
Tous les jours
Imisi yose
52
À tout jamais
Ibihe vyose, mahera
53
Pour toujours
Ibihe vyose
54
En tout cas/ de toutes façons
Uko biri José
55
Tout autour
Hirya no hino, ahazungurutse
56
Tout le monde
Bose
57
Tout le temps
Umwanya wose
58
Toujours
Igihe cose/ imisi yose
59
Tous les soirs
Imigoroba yose
60
Pas du tout
Haba namba/ Haba n'intete / Nta namba
61
Rien du tout
Nta na kimwe
62
Presque toujours
Hafi imisi yose/ Hafi igihe cose
63
Tout le monde le sait
Bose barabizi
64
Tous les enfants
Abana bose
65
Tous les deux
Bompi
66
Tout à fait
Uko nyene
67
Tout d'un coup
Giturumbuka/ bukwi na bukwi
68
Tout est prêt
Vyose birateguye
69
Comme toujours
Nk'uko bisanzwe
70
Pas encore
Ntibirakunda / ntibirashoboka
71
Il y a beaucoup de
Hariho ibintu vyinshi
72
Ce n'est pas difficile
Ntibigoye
73
C'est difficile
Biragoye
74
C'est facile
Biroroshe
75
Je suis ici
Ndi hano
76
Comme ci
Nk'uku
77
Comme ça
Nk'uko